30/04/2019 Nzoba natanze $
31/05/2019 Nzoba natanze ayasigaye angana $
Ayo madorari azoshirwa kuri konte izoba yuguruwe muri KCB I Burundi kw’Izina rya BDAB (Burundi-Diaspora Agro Business), aho abazoba bajejwe kubikura bazomenyekana inyuma y’Inama ya bose izoshiraho urwego nshingwa ntwara.